Si akajagari gusa kabuza umwamikazi kuja mu nama nshingamateka

Insiguro ya video, Menshi mu mategeko ya nshingamateka anarenza imyaka 500 yashitsweko mu mpari zidasanzwe.
Yatangajwe

Menshi mu mategeko y'inama nshingamateka anarenza imyaka 500 yashitsweko mu mpari zidasanzwe.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado