'Baino' avuga ko umuziki ari ubuzima bwiza cane

Insiguro ya video, Yatanguriye umuziki mu Kamenge, ubu afise umurwi 'Baino band' uvugiriza i Nairobi.
Yatangajwe

Innocent Nyandwi yatanguriye umuziki mu Kamenge, ubu afise umurwi 'Baino band' uvugiriza i Nairobi.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado