Amon asimba uburebure ari nk'uko afise ukuguru kumwe
Yatangajwe
Amon avuga ko yakuze bitoroshe, abantu bamugaya, none ubu baza kumwifotozako kuko amaze kuba umuhanga.