Van Dam ari mu bana b'abadimudimu basabwa imbabazi n'Ububiligi

Insiguro ya video, Abana bashika 20,000 bakuwe mu Burundi, mu Rwanda na Kongo batandukanijwe
Yatangajwe

Abana bashika 20,000 batandukanijwe n'abavyeyi mu Burundi, mu Rwanda na Kongo; banabuzwa kwiga mu bwana bwabo. Bavuga ko bafise n'ibindi bikomere batewe n'ivyo baciyemwo.