Urukurikirane rwa BBC rwerekeye kwimenya, abagore n'umushatsi

Insiguro ya video, Urukurikirane rwa BBC kwerekeye kwimenya, abagore n'umushatsi
Yatangajwe

Mu rukurirane rushasha rwa BBC rwerekeye "Kwimenya", BBC yaganiriye n'abagore bo hirya no niho ku kuntu babona umushatsi wabo n'ikibanza bawuha mu buzima bwabo.