Kwiyerekana ikibiriraho ku mbuga vyamuviriryemwo umwuga
Yatangajwe
Gutangaza ivyo bakora ikibiriraho, birimwo udukino, kuganira n'ababakwirikira ku rubuga nkoranyambaga, ngo bituma bamwe bahatungira mu gihugu c'Ubushinwa.
Lele Tsao asigaye yabigize umwuga.