Kuki Catalogne yatunganije kamarampaka ku bwigenge?
Yatangajwe
Intara ya Catalogne yahamagaje kamarampaka ku bwigenge. Ariko ubutegetsi bw'igihugu bukomeza kuyigwanya gushika kuri uno munsi w'amatora.
N'iki coba kiri inyuma y'ukwo kunyinyurana?
N'iki gituma Catalogne ishaka kwiyonkora kuri Espagne?
Kurikira muri ino video ngufi.