Agakoresho kavura abana umusonga, gakoze mw'icupa ry'isabuni yo mu mutwe

Insiguro ya video, Agakoresho kavura abana umusonga, gakoze mw'icupa ry'isabuni yo mu mutwe
Yatangajwe

Umuganga wo muri Bangladesh yahinguye agakoresho kavura abana umusonga, gakoze mw'icupa ry'isabuni yo mu mutwe