Ikiganiro Bazamuganga ku menyo ya muzitsa.
Yatangajwe
Mu kiganiro Bazamuganga, BBC yaganiriye na muganga Josee Uwamariya ku menyo yitwa muzitsa.
Ni amenyo y'ibijigo amera nyuma y'ayandi. Ayo menyo amaze iki? Haba se hari ibibazo ateza?