Al Shabaab yavuze ko ikorana na Al Qaeda

Ahavuye isanamu, BBC World Service
Yatangajwe
Umutwe wa kiyisilamu wo muri Somalia Al Shabaab, watangaje ku mugaragaro ko wishyize hamwe na Al Qaeda.
Mu butumwa bwa video bwaciye ku rubuga rwa internet, umukuru wa Al Qaeda, Ayman al-Zawahiri, yakiriye neza iryo tangazo, avuga ko ari inkuru nziza.
Iyo video kandi yerekana n'umukuru wa Al Shabaab, Mukhatar Abu Zubayr, yemeza ko bazafasha Al-Qaeda.
Umushikiranganji w'ubutegetsi bw'igihugu wa leta ya Somalia y'inzibacyuho Abdisamad Sheik Mahamoud , ariko yavuze ko iyo mitwe yarisanzwe ikorana






