Iraq: Igitero cahitanye abantu 10 Ramadi

Yatangajwe
Abategetsi ba Iraq, eka n'amakuru aturuka mu bajejwe amagara y'abantu, bavuga ko abishwe ari abari bafise ibirwanisho.
Ubugizi bwa nabi bwaciye butandukira iyindi mihingo y'uwo muji wa Ramadi, umurwa mukuru w'intara ya Ambar, aho abasirikare bari mw'isekeza ryo guhigana n'abarwanyi b'aba sunni.
Haravurwa kandi ururhagarara mu muji wa Fallujah wo hafi y'aho.






