Amatora y'inzego zibanze mu Bwongereza

Abakurikirana amatora y'inzego zibanze mu Bwongereza
Insiguro y'isanamu, Abakurikirana amatora y'inzego zibanze mu Bwongereza
Yatangajwe

UKIP - ishyaka ryo mu Bwongereza rishaka ko igihugu kiva mu muryango w'ibihugu by'Uburayi - ryabonye amajwi menshi mu matora y'inzego zibanze mu Bwongerenza.

Amajwi amaze kubarurwa arerekana ko iryo shyaka ryabonye kimwe cya kane cy'intebe zahiganiragwa.

Umunyamakuru wa BBC ukurikiranira hafi politiki aravuga ko n’ubwo UKIP itazayobora akarere na kamwe amajwi yose n’amara kubarurwa, biragaragara ko ishyigikirwa ry'iri shyaka ryahungabanije amashyaka manini.