Inzu y'abateye i Texas yasatswe

Igipolisi kiriko kibwira abantu kuguma hamwe mu kibanza barimwo hamaze kumvikana amasasu
Insiguro y'isanamu, Igipolisi kiriko kibwira abantu kuguma hamwe mu kibanza barimwo hamaze kumvikana amasasu
Yatangajwe

Iryo higanwa ryari ryatunganijwe n'umurwi wo muri New York witwa " the American Freedom Defence Initiative", udahisha ko unegura islamu.

Urubuga rwa Twitter rwavuzweko ibijanye n'igitero co muri Texas imbere y'uko kiba, rwahagaritswe.

Ivyanditswe kuri urwo rubuga vyagaragaza kandi ubucuti n'umurwi "Islamic State".