Abacamanza bashizwe imbere y'intahe Ghana

Yatangajwe

Abacamanza bagera ku 30 bari muri urwoi rubanza, bagirizwa ko bafumbatishijwe bakanambura abantu.

Abenshi muri abo bacamanza baramaze gukurwa ku mirimo. Nta n'umwe muri bo aragira ico avuga ko vyo bagirizwa.

Urwo rubzanza rukurikiye itohoza ryakozwe n'umunyamakuru Anas Aremeyaw, avuga ko yahereje umukuru w'urwego rw' ubucamanza video y'amasaha hafi 500 irimwo ibimenyetso bibarega.

Abategetsi bagera ku 180 biravurwa ko bafise uruhara muri ico kibazo.