Havugwa iki ku vyashikirijwe na Donald Trump?

Ahavuye isanamu, Getty
Yatangajwe
Abantu benshi ku mbuga nkoranyambaga bavuze ku vyashikirijwe n'uwuhiganigwa kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu wa Amerika, mu mugambwe w'aba republicains.
Donald Trump avuga ko isi iba imeze neza kurusha uko iri iyo Saddam Hussein na Muammar Khaddafi baba bakiri ku butegetsi muri Irake ba Libya.
Ibi ni bimwe mu bivugwa n'abakunzi ba BBC Gahuzamiryango kuri facebook:
Mutua Juvant
Daniel Uwimana
Ndikumana Eric
Mugabo Black Box
Léonard Misago
<link type="page"><caption> Bandanya mushikiriza ico mwiyumvira ku vyavuzwe na Donald Trump ku rubuga rwacu rwa facebook.</caption><url href="https://www.facebook.com/BBCGahuza/photos/a.160853194038946.5559.160817274042538/312591458865118/?type=3&theater" platform="highweb"/></link>










