India: Abantu amajana barwanira amazi kw’iriba

Insiguro ya video, India: Abantu amajana barwanira amazi kw’iriba
Yatangajwe

Mu gice c’ubuseruko bwa India, mu kigwati ca Khadimal, abantu bariheba barwanira amazi ngo babeho. Vyunyuwe n’ubushuhe bwavuye kw’ihinduka ry’ikirere, ingorane intwaro ata nyishu iyifitiye.