China – Taiwan: bitegurira intambara
Yatangajwe
Muri Taiwan, aba ‘bahunga’, ni abari mu myimenyerezo yo kwikinga mu gihe c’intambara. Uyu mwaka imyimenyerezo yateguwe, bikeka ko ibibera muri Ukraine nabo, China ishobora kubahindukirira.