Chili irigina igikombe ca COPA

Ahavuye isanamu, Reuters
Yatangajwe
Izo nkino z'umupira w'amaguru nizo za mbeer zikomeye zihuza ibihugu vy'amaj'epfo y'umugabane wa Amerika.
Chili ari nayo yakiriye izo nkino, yatsinze Argentine ku ma penarite, kugira ibone kwegukana ubwa mbere ico gikombere.
Mu bafana ibihumbi n'ibihumbi bari ku kibuga ca Santiago, harimwo abantu 33 bimba ubutare bigeze kuzibirwa n'umusozi bakamara amayinga mu kuzimu mu 2010.
Iyo nkuru yamenyekanye kw'isi yose ico gihe






