Gatolika mu nama idasanzwe

Yatangajwe

Abakuru b'ishengero Gatolika bari mu nama idasanzwe, Synode, i Roma, biga ku bibazo vyo kwubaka, ubuzima bw'umuryango hamwe n'imibonano mpuzagitsina.