BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Ubuhindi: Abantu barenga 2.000 bafashwe mu myiyerekano isaba umukuru w'urwego rutegura amatora gutanga imihoho
Igipolisi cafashe abantu barenga 2.000 ku wa gatandatu, congera kirugarira igice co hagati mu gisagara kugira kibuze imyiyerekano yari yateguwe n'umuhari w'urwaruka witwa Cockroach Janta Party, CJP.
Trump ati: ' Ukraine ikeneye uwundi mukuru w'igihugu', inyuma y'aho Zelensky aneguriye amasezerano ajanye n'ibitoro
Perezida wa Ukraine yari yavuze ko amasezerano yo kwemerera Uburusiya gushora mazutu muri Amerika azotuma Moscou ironka amafaranga yo kubandanya intambara.
Abantu 12 bapfuye, abandi 300 barakomereka mu gitero ku kibuga c'indege c'i Riyadh, umurwa mukuru wa Arabia Saoudite
Abandi bantu 309 barakomerekeye muri ico gitero, urunani rw'ingabo rurongowe na Arabia Saoudite rwavuze ko ari "icaha c'intambara"
Umwicanyi w'Umunyamerika Christa Pike yasohotse mu bitaro inyuma y'imisi 10 igikorwa co kumwica kinaniranye
Abashingwamanza ba Pike bavuga ko "ashimira" abaganga bamwitayeho inyuma y'aho arokokeye guterwa incuro zibiri umuti wo kumwica mu kwezi guheze
Uwahawe agashimwe Nobel k'amahoro avuga ko ibihano Amerika yafatiye CPI 'bidashobora kwemerwa'
Navi Pillay avuga ko ibihano bikomeye ubutegetsi bwa Trump bwafatiye Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha (CPI) ari "ibintu bitari bwigere biboneka".
Kabila avuga ko RD Congo 'iri mu kaga', asezerana gutanga ivyiyumviro vyo 'kuyikiza'
Yashimangiye ko gukiza Congo arivyo vyihutirwa, ahamagarira abanyagihugu gufata kazoza kabo mu minwe.
Amajwi, Imvo n'Imvano: Kuki bishobora kugorana ko Afrika ironka intebe mu nama ya ONU ijejwe umutekano, Umwanya bimara 59,00
Uyu musi tuganira ku cipfuzo ibihugu vya Afrika co guhabwa ibibanza mu rwego rwa Onu rujejwe umutekano kw’isi
Trump yatangaje amasezerano yo kugura igitoro mu Burusiya, Zelensky avuga ko ari 'ingabire kuri Putin'
Perezida wa Ukraine yaraneguye cane iyo ngingo, avuga ko ari "ugushira amafaranga mu ntambara ikwiye guhagarikwa aho kubandanya."
Rwanda: "Betting yantwaye moto ebyiri n'ikibanza" – Karangwa Vedaste
Imikino y'amahirwe, izwi cyane nka betting, imaze gukwirakwira hirya no hino mu Rwanda. Abayitabira bashobora gutega amafaranga ku mikino y'umupira w'amaguru bakoresheje telefone cyangwa bakajya mu bigo byabigenewe
Umuganga yagirizwa ivyaha bijanye na jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994 agiye kuburanishwa mu Bwongereza
Dr Vincent Brown yagirizwa kuba yari "umuyobozi" canke "uwagenzura" ibikorwa vy'ubukazi vyakozwe n'abandi mu misi ya mbere ya jenoside.
Amerika yafatiye ibihano Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha CPI, ivuga ko izoyisenyura "ibuye ku rindi" nitahinduka
Ubumwe bwa Buraya bwavuze ko bubabajwe cane n’ingingo yafatiwe Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha (CPI).
Navi Pillay wayoboye urukiko mpuzamahanga rw'Arusha yatsindiye igihembo cy'amahoro cyitiriwe Nobel
Yavuze ko igihembo cye agituye "abarokotse bose icyaha mpuzamahanga" ndetse n'"abakora n'abarinda" ubutabera mpuzamahanga.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Abunganira Victoire Ingabire basabye urukiko rukuru gutesha agaciro ibyo aregwa
Abo banyamategeko bavuga ko bimwe mu byo Victoire Ingabire aregwa byashaje, ibindi bikaba byaratanzwe mu buryo bunyuranyije n'amategeko.
Trump agabisha Irani ko izokwibonerako ni vyaboneka ko ifise uruhara ku vyabereye mu ndege Flydubai
Perezida Donald Trump yaraye agabishije Irani ko ishobora "gukubitwa bikomeye cane" mu gihe vyokwemezwa ko ifise uruhara mu gitero cabaye mu ndege ya Flydubai yatera ija i Tel Aviv.
Uko Aba-Houthi bariko baratsimbataza ubucuti n'ibihugu vyo mw'Ihembe rya Afrika
Abahinga babona ko ubucuti hagati y’Aba-Houthi na Al-Shabaab buriko burakomera, ibi bikaba biteje amakenga ku mutekano wo mu Kiyaga Gitukura no muKigoe ba Aden.
Nta kimenyetso na kimwe cerekana ko Putin yoba yiyumvira guhagarika intambara muri Ukraine
Amajambo Vladimir Putin amaze imisi ashikiriza yerekana ko agifise icizere ko Uburusiya bushobora gutsinda intambara.
Rwanda: Urukiko rukuru rwashimangiye igifungo cya burundu kuri Munyenyezi ku byaha bya jenoside
Béatrice Munyenyezi yari yajuririye icyo gihano nyuma yo guhamywa ibyo byaha n'urukiko rwisumbuye rwa Huye mu mwaka wa 2024.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango










































